1
Kuvayo 1:17
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Ariko abo bakirizi barubaha Imana, maze ntibumvira ivyo umwami yabategetse.
Compare
Explore Kuvayo 1:17
2
Kuvayo 1:12
Ariko uko babacinyiza ni ko barushiriza kugwira no gukwiragira hose, kandi Abanyegiputa bikarushiriza kubatera ubwoba.
Explore Kuvayo 1:12
3
Kuvayo 1:21
Kandi kuko abo bakirizi bubashe Imana, na yo ica ibaha uruvyaro mu miryango yabo bwite.
Explore Kuvayo 1:21
4
Kuvayo 1:8
Maze muri Egiputa, himikwa uwundi mwami atigeze amenya ivya Yosefu.
Explore Kuvayo 1:8