1
Itanguriro 38:10
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Ariko ivyo yakoze bibabaza UHORAHO, na we aca aramwica.
Compare
Explore Itanguriro 38:10
2
Itanguriro 38:9
Ariko Onani yari azi ko urwo ruvyaro rutazoba urwiwe. Ni co gituma igihe cose yaryamana na muramuwe, yasesa imbuto ziwe hasi, kugira ngo ntavyarire mukuruwe.
Explore Itanguriro 38:9