1
Mariko 3:35
Bibiliya mu Kirundi coroshe
Uwukora ivyo Imana ishaka wese ni we mwene mama kandi ni we mama.”
Compare
Explore Mariko 3:35
2
Mariko 3:28-29
Ndababwire ukuri, ivyaha vyose abana b’abantu bakora n’ibitutsi vyose batuka Imana barashobora kubibabarirwa. Ariko umuntu wese atuka Mpwemu Yera ntazokwigera abibabarirwa, icaha ciwe kizohoraho ibihe bidashira.”
Explore Mariko 3:28-29
3
Mariko 3:24-25
Iyo ubwami bwiciyemwo ibice, buba bugiye gusenyuka. Kandi iyo umuryango wiciyemwo ibice, ntushobora kurama.
Explore Mariko 3:24-25
4
Mariko 3:11
Abantu baboshwe n’impwemu mbi bamukubise ijisho, izo mpwemu mbi zaca zibakubita hasi zigasemerera ziti: “Uri Umwana w’Imana!”
Explore Mariko 3:11
Home
Bible
Plans
Videos