Itanguriro 43:23
Itanguriro 43:23 BKC
Wa mukozi arabishura ati: “Nimutekane, ntimugire ubwoba! Ni Imana yanyu, Imana ya so, yashize ubwo butunzi mu mifuko yanyu. Jewe ndazi ko amahera mwarishe yanshikiriye.” Maze arekura Simeyoni, aramubazanira.