YouVersion Logo
Search Icon

Itanguriro 48:15-16

Itanguriro 48:15-16 BKC

Nuko ahezagira Yosefu avuga ati: “Imana ya data Isaka na sogokuru Aburahamu bagendeye imbere mu bwizigirwa, Imana yambereye umwungere ubuzima bwanje bwose gushitsa uwu musi; umumarayika yandokoye akankiza ikibi cose, ihezagire aba bahungu. Baze bahamagarwe mw’izina ryanje no mu mazina ya Aburahamu na Isaka, kandi baze bagwire cane kw’isi.”

Free Reading Plans and Devotionals related to Itanguriro 48:15-16