Logotip de YouVersion
La BíbliaPlansVídeos
Aconsegueix l'aplicació
Selector d'idiomes
Icona de cerca

Versets bíblics populars de Itanguriro 11

1

Itanguriro 11:6-7

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Aravuga ati: “Aba bantu bagiye hamwe kandi bavuga ururimi rumwe. Ko batanguye gukora ibi, nta kintu na kimwe bazoshaka gukora kizobananira. Reka tumanuke dutume haba indimi nyinshi, maze bazazanirwe vyanke ko bumvikana.”

Compara

Explorar Itanguriro 11:6-7

2

Itanguriro 11:4

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Baravuga bati: “Nimuze twiyubakire igisagara gifise umunara ushika mw’ijuru. Ivyo bitume tumenyekana cane kandi bitume tudashwiragira kw’isi yose.”

Compara

Explorar Itanguriro 11:4

3

Itanguriro 11:9

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ni co gituma ico gisagara ciswe Babeli, kuko aho ni ho UHORAHO yateye abantu kuzazanirwa kubera indimi nyinshi, maze abashwiragiza kw’isi yose.

Compara

Explorar Itanguriro 11:9

4

Itanguriro 11:1

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Muri ico gihe, abantu bose baba kw’isi bavuga ururimi rumwe, bagakoresha n’amajambo amwe.

Compara

Explorar Itanguriro 11:1

5

Itanguriro 11:5

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Maze UHORAHO amanukanwa no kuraba ico gisagara n’umunara abo bantu bariko barubaka.

Compara

Explorar Itanguriro 11:5

6

Itanguriro 11:8

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Uko ni ko UHORAHO yabashwiragirije kw’isi yose, bituma batabandanya kwubaka ca gisagara.

Compara

Explorar Itanguriro 11:8

Capítol anterior
Capítol següent
YouVersion

Animant-te i desafiant-te a buscar la intimitat amb Déu cada dia.

Ministeri

Sobre

Carreres

Fes-te voluntari

Blog

Premsa

Enllaços útils

Ajuda

Fer un donatiu

Versions de la Bíblia

Bíblia en àudio

Idiomes de la Bíblia

Verset del dia


Un Ministeri Digital de

Life.Church
Català

©2026 Life.Church / YouVersion

Política de privacitatCondicions d'ús
Programa de divulgació de vulnerabilitats
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest