Logotip de YouVersion
La BíbliaPlansVídeos
Aconsegueix l'aplicació
Selector d'idiomes
Icona de cerca

Versets bíblics populars de Itanguriro 25

1

Itanguriro 25:23

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

UHORAHO aramubwira ati: “Mu nda yawe hari amahanga abiri, uzovyara ubwoko bubiri bwankana; bumwe buzoba ubukomeye kurusha ubundi, kandi bukuru azokorera butoyi.”

Compara

Explorar Itanguriro 25:23

2

Itanguriro 25:30

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Esawu abwira Yakobo ati: “Ndakwinginze umpe kuri iyo supu yawe itukura, kuko ngira mpfe n’inzara!” Ni co gituma Esawu yiswe Edomu, bisigura “gutukura”.

Compara

Explorar Itanguriro 25:30

3

Itanguriro 25:21

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Nuko Isaka asenga UHORAHO ku bw’umugore wiwe, kuko yari ingumba. Imana yishura isengesho rya Isaka, maze Rebeka asama inda y’amahasa.

Compara

Explorar Itanguriro 25:21

4

Itanguriro 25:32-33

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Esawu ati: “None ko ngira mpfe, ukwo kuba samuragwa kumariye iki ubu?” Yakobo ati: “Banza undahire.” Nuko Esawu arahira Yakobo ko amuhebeye uburenganzira kwo kuba samuragwa.

Compara

Explorar Itanguriro 25:32-33

5

Itanguriro 25:26

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Uwa kabiri yavutse ikiganza ciwe gifashe igitsintsiri ca Esawu; na we bamwita Yakobo. Igihe bavuka, Isaka yari amaze imyaka mirongo itandatu.

Compara

Explorar Itanguriro 25:26

6

Itanguriro 25:28

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Isaka yakunda Esawu kuko yakunda inyama yamuzanira avuye guhiga, ariko Rebeka yakunda Yakobo.

Compara

Explorar Itanguriro 25:28

Capítol anterior
Capítol següent
YouVersion

Animant-te i desafiant-te a buscar la intimitat amb Déu cada dia.

Ministeri

Sobre

Carreres

Fes-te voluntari

Blog

Premsa

Enllaços útils

Ajuda

Fer un donatiu

Versions de la Bíblia

Bíblia en àudio

Idiomes de la Bíblia

Verset del dia


Un Ministeri Digital de

Life.Church
Català

©2026 Life.Church / YouVersion

Política de privacitatCondicions d'ús
Programa de divulgació de vulnerabilitats
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest