Logotip de YouVersion
La BíbliaPlansVídeos
Aconsegueix l'aplicació
Selector d'idiomes
Icona de cerca

Versets bíblics populars de Itanguriro 26

1

Itanguriro 26:3

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Guma muri iki gihugu, nzobana nawe ndaguhezagire. Wewe n’uruvyaro rwawe nzobaha iki gihugu, kandi nzoshitsa indahiro narahiye so Aburahamu.

Compara

Explorar Itanguriro 26:3

2

Itanguriro 26:4-5

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Uruvyaro rwawe nzorugwiza rungane n’inyenyeri zo kw’ijuru, kandi nzobaha iki gihugu cose kibe icabo. Mbere amahanga yose yo mw’isi azohezagirwa biciye ku ruvyaro rwawe. Ibi nzobikora kuko Aburahamu yanyumviye akitondera ivyo namwihanikirije, amabwirizwa yanje, ivyo nashinze n’ivyagezwe vyanje.”

Compara

Explorar Itanguriro 26:4-5

3

Itanguriro 26:22

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Aho na ho arahava aja kwimba irindi riba. Maze iryo ntiryatera amatati, aca aryita Rehoboti, bisigura “ikibanza c’umwidegemvyo”. Aravuga ati: “Ubu rero UHORAHO aduhaye kwagukirwa, kandi tugiye gutungira muri iki gihugu.”

Compara

Explorar Itanguriro 26:22

4

Itanguriro 26:2

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

UHORAHO yiyereka Isaka amubwira ati: “Ntuje muri Egiputa, ahubwo uze ube mu gihugu nzokwereka.

Compara

Explorar Itanguriro 26:2

5

Itanguriro 26:25

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Maze Isaka yubaka aho hantu igicaniro ahasengera UHORAHO. Yongera ahubaka amahema, maze abakozi biwe bahimba iriba.

Compara

Explorar Itanguriro 26:25

Capítol anterior
Capítol següent
YouVersion

Animant-te i desafiant-te a buscar la intimitat amb Déu cada dia.

Ministeri

Sobre

Carreres

Fes-te voluntari

Blog

Premsa

Enllaços útils

Ajuda

Fer un donatiu

Versions de la Bíblia

Bíblia en àudio

Idiomes de la Bíblia

Verset del dia


Un Ministeri Digital de

Life.Church
Català

©2026 Life.Church / YouVersion

Política de privacitatCondicions d'ús
Programa de divulgació de vulnerabilitats
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest