Logotip de YouVersion
La BíbliaPlansVídeos
Aconsegueix l'aplicació
Selector d'idiomes
Icona de cerca

Versets bíblics populars de Itanguriro 27

1

Itanguriro 27:28-29

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Imana iguhe ku kime co mw’ijuru no ku butunzi bwo mw’isi, umusesekara w’ingano n’umuvinyu! Amahanga aze agukorere n’amoko aze yuname imbere yawe. Uze uganze abavukanyi bawe, abana ba nyoko baze buname imbere yawe. Abazokuvuma baze bavumwe, kandi abazoguhezagira baze bahezagirwe.”

Compara

Explorar Itanguriro 27:28-29

2

Itanguriro 27:36

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Esawu aravuga ati: “Ubu bugize kabiri anyiba. Ntibitanganje izina ryiwe ni Yakobo nyene, umubeshi. Yanyivye kuba samuragwa kwanje, none raba ubu na ho anyivye n’umuhezagiro wanje. Ariko nta muhezagiro n’umwe wansigarije?”

Compara

Explorar Itanguriro 27:36

3

Itanguriro 27:39-40

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Se Isaka aramubwira ati: “Uzoba kure y’ubutunzi bwo mw’isi, kure y’ikime co mw’ijuru. Uzobeshwaho n’inkota kandi uzokorera murumunawe. Ariko niwiganzura, uzokwikurako agacinyizo kiwe kw’izosi ryawe.”

Compara

Explorar Itanguriro 27:39-40

4

Itanguriro 27:38

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Esawu abaza se ati: “None ga data ufise umuhezagiro umwe gusa? Mpezagira nanje, data!” Nuko Esawu araturika ararira.

Compara

Explorar Itanguriro 27:38

Plans de lectura i devocionals gratuïts relacionats amb Itanguriro 27

Capítol anterior
Capítol següent
YouVersion

Animant-te i desafiant-te a buscar la intimitat amb Déu cada dia.

Ministeri

Sobre

Carreres

Fes-te voluntari

Blog

Premsa

Enllaços útils

Ajuda

Fer un donatiu

Versions de la Bíblia

Bíblia en àudio

Idiomes de la Bíblia

Verset del dia


Un Ministeri Digital de

Life.Church
Català

©2026 Life.Church / YouVersion

Política de privacitatCondicions d'ús
Programa de divulgació de vulnerabilitats
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest