Logotip de YouVersion
La BíbliaPlansVídeos
Aconsegueix l'aplicació
Selector d'idiomes
Icona de cerca

Versets bíblics populars de Luka 1

1

Luka 1:37

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

kuko ata jambo Imana ivuze ribura ububasha.”

Compara

Explorar Luka 1:37

2

Luka 1:38

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Mariya aramwishura ati: “Jewe ndi umusavyikazi w’Umwami Imana, nibimbere nk’uko ubivuze.” Maze uwo mumarayika aca amusiga aho aragenda.

Compara

Explorar Luka 1:38

3

Luka 1:35

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Na we aramwishura ati: “Mpwemu Yera azokuzako, maze ubushobozi bw’Iyisumbavyose bugutwikire. Ni co gituma umwana uzovyara azoba uwera, yitwe Umwana w’Imana.

Compara

Explorar Luka 1:35

4

Luka 1:45

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Urahiriwe kuko wizeye ko ivyo Umwami Imana yavuze bizoshika.”

Compara

Explorar Luka 1:45

5

Luka 1:31-33

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Raba ugiye gusama inda, maze uzovyara umwana w’umuhungu, kandi uze umwite Yesu. Azoba uwuhambaye, kandi azokwitwa Umwana w’Iyisumbavyose. Umwami Imana azomuha intebe y’inganji ya sekuruza Dawidi, kandi azoganza inzu ya Yakobo ibihe bidashira; Ubwami bwiwe ntibuzogira iherezo.”

Compara

Explorar Luka 1:31-33

6

Luka 1:30

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ariko wa mumarayika aramuhumuriza ati: “Ntutinye, Mariya, kuko ugiriwe ubuntu n’Imana.

Compara

Explorar Luka 1:30

Plans de lectura i devocionals gratuïts relacionats amb Luka 1

Capítol anterior
Capítol següent
YouVersion

Animant-te i desafiant-te a buscar la intimitat amb Déu cada dia.

Ministeri

Sobre

Carreres

Fes-te voluntari

Blog

Premsa

Enllaços útils

Ajuda

Fer un donatiu

Versions de la Bíblia

Bíblia en àudio

Idiomes de la Bíblia

Verset del dia


Un Ministeri Digital de

Life.Church
Català

©2026 Life.Church / YouVersion

Política de privacitatCondicions d'ús
Programa de divulgació de vulnerabilitats
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest