1
Luka 2:11
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Uwu musi, umukiza yabavukiye mu gisagara ca Dawidi, ni we Kristo, Umwami.
Compara
Explorar Luka 2:11
2
Luka 2:10
Uwo mumarayika aca ababwira ati: “Ntimutinye kuko ndabazaniye inkuru nziza y’umunezero mwinshi ku bantu bose.
Explorar Luka 2:10
3
Luka 2:14
“Icubahiro kibe ic’Imana mw’ijuru riri hejuru y’ayandi, kw’isi na ho amahoro abe mu bantu bayihimbara.”
Explorar Luka 2:14
4
Luka 2:52
Yesu abandanya akura mu gihagararo, agwiza ubwenge, kandi agira ikiganza ciza ku Mana no ku bantu.
Explorar Luka 2:52
5
Luka 2:12
Iki ni co kizobabera ikimenyetso: muzosanga uruyoya ruzingiriweko impuzu, ruryamitswe mu bwato inka ziriramwo.”
Explorar Luka 2:12
6
Luka 2:8-9
Muri ako karere hari abungere bama barara mu gahinga baraririye imikuku y’ibitungwa vyabo. Umumarayika w’Umwami Imana arabiyereka, ubwiza bw’Umwami Imana bubakayanganira impande zose, na bo baterwa n’ubwoba bwinshi cane.
Explorar Luka 2:8-9