1
Luka 11:13
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Nimba mwebwe mushobora guha ingabire nziza abana banyu kandi muri babi mu mitima, mbega So wo mw’ijuru ntazorushiriza guha Mpwemu Yera abamumusavye?”
Compara
Explorar Luka 11:13
2
Luka 11:9
Ni co gituma nanje ndababwiye nti: ‘Musabe muzohabwa, murondere muzoronka, mudodore muzokwugururirwa.’
Explorar Luka 11:9
3
Luka 11:10
Kuko uwusaba wese ahabwa, uwurondera aronka, n’uwudodora yugururirwa.
Explorar Luka 11:10
4
Luka 11:2
Arababwira ati: “Mu gusenga mukwiye kuvuga muti: ‘Data, izina ryawe niryubahwe, Ubwami bwawe nibuze.
Explorar Luka 11:2
5
Luka 11:4
Uduharire ivyaha vyacu, nk’uko natwe duharira umuntu wese aducumuyeko. Ntudutererane ibitugerageza.’ ”
Explorar Luka 11:4
6
Luka 11:3
Uduhe ivyokurya bidukwiye ku musi ku musi.
Explorar Luka 11:3
7
Luka 11:34
Amaso yawe ni yo matara y’umubiri. Iyo amaso yawe abona neza, umubiri wawe wose uba mu muco. Ariko iyo abona nabi, umubiri wawe wose uba mu mwijima.
Explorar Luka 11:34
8
Luka 11:33
Nta muntu yodomeka itara ngo aheze arihishe canke ngo aryubikeko igiseke. Ariko arishira ku giterekwako itara kugira ngo riboneshereze abinjira mu nzu bose.
Explorar Luka 11:33