Logotip de YouVersion
La BíbliaPlansVídeos
Aconsegueix l'aplicació
Selector d'idiomes
Icona de cerca

Versets bíblics populars de Luka 10

1

Luka 10:19

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Raba, narabahaye ububasha bwo kunesha ubushobozi bwose bw’umwansi: muzohonyora inzoka na sikoropiyo muzimene imitwe, kandi nta na kimwe kizogira ico kibagira.

Compara

Explorar Luka 10:19

2

Luka 10:41-42

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ariko Umwami Yesu aramwishura ati: “Marita, Marita, reka guhagarika umutima, wigora muri vyinshi. Hari ikintu kimwe gusa ciza kuruta ibindi vyose. Mariya ni co yahisemwo, kandi ntazokwigera acakwa.”

Compara

Explorar Luka 10:41-42

3

Luka 10:27

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Aramwishura ati: “ ‘Ukundishe Uhoraho Imana yawe umutima wawe wose, umushaha wawe wose, inkomezi zawe zose n’ubwenge bwawe bwose’; kandi, ‘Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.’”

Compara

Explorar Luka 10:27

4

Luka 10:2

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Arababarira ati: “Ivyimburwa ni vyinshi, ariko abimbuzi ni bake. Nimwinginge nyene ivyimburwa arungike abimbuzi mu vyimburwa vyiwe.

Compara

Explorar Luka 10:2

5

Luka 10:36-37

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

None muri abo bose, ni nde yabonetse nk’umugenzi w’uwo muntu yaguye mu bambuzi?” Wa mwigisha w’ivyagezwe aramwishura ati: “Ni uwo yamugiriye impuhwe.” Yesu aca aramubwira ati: “Genda nawe ukore uko.”

Compara

Explorar Luka 10:36-37

6

Luka 10:3

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Nimugende! Ndabarungitse nk’intama mu bikoko vy’inkazi.

Compara

Explorar Luka 10:3

Capítol anterior
Capítol següent
YouVersion

Animant-te i desafiant-te a buscar la intimitat amb Déu cada dia.

Ministeri

Sobre

Carreres

Fes-te voluntari

Blog

Premsa

Enllaços útils

Ajuda

Fer un donatiu

Versions de la Bíblia

Bíblia en àudio

Idiomes de la Bíblia

Verset del dia


Un Ministeri Digital de

Life.Church
Català

©2026 Life.Church / YouVersion

Política de privacitatCondicions d'ús
Programa de divulgació de vulnerabilitats
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest