لوگو یوورژن
كتاب‌ مقدسبرنامه‌های مطالعهویدیوها
دانلود برنامه
انتخاب زبان
ایکن جستجو

آیات محبوب کتاب مقدس از Itanguriro 14

1

Itanguriro 14:20

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

kand’ Imana Isumba vyose iragahezagirwa, yagushize abansi mu maboko! Nuko Aburamu amuha ikigiracumi muri vyose.

مقایسه

Itanguriro 14:20 را جستجو کنید

2

Itanguriro 14:18-19

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Kandi Melekisedeki umwami w’i Salemu, umuherezi w’Imana Isumba vyose, azana imitsima na vino. Ahezagira Aburamu, at’ Uragahabga umugisha n’Imana Isumba vyose, Nyen’ ijuru n’isi

مقایسه

Itanguriro 14:18-19 را جستجو کنید

3

Itanguriro 14:22-23

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Aburamu yishura umwami w’i Sodomu, ati Narahiye Uhoraho mmanitse ukuboko, ni we Mana Isumba vyose, Nyen’ ijuru n’isi, yuko ntazogira ikintu na kimwe co mu vyawe ntwara, naho koba akanyuzi cank’ akagozi k’inkweto, kugira ngo ntuz’ uvuge, uti Ni jewe natungishije Aburamu.

مقایسه

Itanguriro 14:22-23 را جستجو کنید

باب‌ قبلی
باب بعدی
یوورژن

به چالش کشیدن و تشویق هر روزه شما برای ایجاد رابطه صمیمی تر با خدا .

خدمت

دربارهٔ

مشاغل

داوطلب شوید.

بلاگ

مطبوعات

لینک‌های مفید

پشتیبانی

اهدای کمک مالی

ترجمه‌های کتاب‌مقدس

کتاب‌ مقدس صوتی

ترجمه‌های موجود کتاب‌مقس

آیۀ روز


یک خدمت دیجیتالی از

لایف‌چرچ
فارسی

©2026 لایف چرچ / یوورژن

قوانین حفظ حریم شخصیشرايط
برنامه افشای آسیب پذیری
فیس‌بوکتویتراینستاگرامبرنامه یوتیوببرنامه پین ترست