1
Yohana 13:34-35
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Ndabaha icagezwe gisha: ni mukundane; nk’uko nabakunze, abe ari ko namwe mukundana. Ni mwagiriranira urukundo, ni ho bose bazomenya ko mur’ abigishwa banje.
比較
Yohana 13:34-35で検索
2
Yohana 13:14-15
Nuko rero, ko jewe mbogeje ibirenge, ndi Shobuja n’Umwigisha, namwe mukwiye kwozanya ibirenge. Kuko mbahaye akarorero, kugira ngo nk’uko jewe mbagiriye, abe ari ko namwe mugira.
Yohana 13:14-15で検索
3
Yohana 13:7
Yesu aramwishura, at’ Ico jewe ndiko ndakora, wewe nturibukimenye ubu: arik’ uzokimenya hanyuma.
Yohana 13:7で検索
4
Yohana 13:16
N’ukuri, n’ukuri ndababgire: Umushumba ntaruta shebuja, kandi n’intumwa ntiruta uwayitumye.
Yohana 13:16で検索
5
Yohana 13:17
Ni mwamenya ivyo, muzoba muhiriwe ni mwabikora.
Yohana 13:17で検索
6
Yohana 13:4-5
ava hasi mw irīro, akūra umutamana, yābīra icambazo, arakenyera; araheza asuka amazi mu mubehe, atangura kwoza ibirenge vy’abigishwa, no kubihanaguza icambazo akenyeje.
Yohana 13:4-5で検索
ホーム
聖書
読書プラン
ビデオ