1
Itanguriro 34:25
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Maze ku musi ugira gatatu, abo bagikanashijwe, bene Yakobo babiri, Simeyoni na Lewi, basaza ba Dina, bahitana inkota zabo, batera igisagara giturumbuka, bica abagabo baho bose.
Kokisana
Luka Itanguriro 34:25
Ndako
Biblia
Bibongiseli
Bavideo