Logo ya YouVersion
Elilingi ya Boluki

Itanguriro 22:9

Itanguriro 22:9 RUN1967

Bashika ahantu Imana yamubariye; Aburahamu ahubaka igicaniro, akinyuranyako za nkwi, aboha Isaka umwana wiwe, amurambika kur’ ico gicaniro hejuru y’inkwi.