Logo ya YouVersion
Elilingi ya Boluki

Itanguriro 28:20-22

Itanguriro 28:20-22 RUN1967

Yakobo asezerana isezerano, at’ Imana ni yabana nanje, ikanzigamira mur’ uru rugendo ndimwo, ikampa ivyo kurya n’ivyo kwambara, nkazogaruka kwa data nkir’ amahoro, Uhoraho azoba Imana yanje, n’iri buye nshinze kw inkingi rizoba inzu y’ Imana: ati Kandi ku vy’uzohora umpa vyose, sinzobura kuguhamw’ ikigiracumi.