Itanguriro 32:9
Itanguriro 32:9 RUN1967
Maze Yakobo aratakamba, ati Mana ya sogokuru Aburahamu, Mana ya data Isaka, ewe Uhoraho, si wewe wambariye, uti Subira mu gihugu canyu, no muri bene wanyu, uti Nanje nzokugirira neza?