1
Itanguriro 10:8
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Kandi Kushi yavyaye na Nimurodi: ni we wa mbere yabaye cihabugabo mw isi.
နှိုင်းယှဉ်
Itanguriro 10:8ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
2
Itanguriro 10:9
Yar’ umuhigi w’agahebuza imbere y’Uhoraho, bituma acibgakw akagani, ngo Ni nka Nimurodi, yar’ umuhīgi w’agahebuza imbere y’Uhoraho.
Itanguriro 10:9ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
ပင်မစာမျက်နှာ
ကျမ်းစာ
အစီအစဉ်
ဗီဒီယို