1
Itanguriro 11:6-7
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Uhoraho aravuga, ati Rāba n’ihanga rimwe, kandi bose basangiye ururimi rumwe; non’ iki ni co batanguye gukora: erega nta kizobananira noneho ku co bazogabira gukora cose. Nuko ngo tumanuke tuyoberanye ururimi rwabo, boye kwumvikana mu kuvuga kwabo.
နှိုင်းယှဉ်
Itanguriro 11:6-7ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
2
Itanguriro 11:4
Baravuga, bati Ngo twiyubakire igisagara, n’umunara uz’ ushikīre ijuru, kugira ngo twironkere izina rya rurangiranwa, twoye gusābagira mw isi yose.
Itanguriro 11:4ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
3
Itanguriro 11:9
Ni co catumye izina ryaco citwa Babeli; kukw ari h’Uhoraho yayoberanirije ururimi rw’abo mw isi yose; kand’ ari h’Uhoraho yabasābagirije mw isi yose.
Itanguriro 11:9ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
4
Itanguriro 11:1
Abo mw isi yose bari bafise ururimi rumwe n’ukuvuga kumwe.
Itanguriro 11:1ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
5
Itanguriro 11:5
Maz’ Uhoraho amanukanwa no kurāba ico gisagara n’uwo munara, abana b’abantu bubatse.
Itanguriro 11:5ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
6
Itanguriro 11:8
Nuk’ Uhoraho abasābagiriza mw isi yose: baca baheba kwubaka ca gisagara.
Itanguriro 11:8ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
ပင်မစာမျက်နှာ
ကျမ်းစာ
အစီအစဉ်
ဗီဒီယို