Itanguriro 1:16
Itanguriro 1:16 BKC
Imana irema ivyaka bibiri binini: icaka cane co kuganza umurango n’icaka bukebuke co kuganza ijoro. Yongera irema n’inyenyeri.