Itanguriro 2:23
Itanguriro 2:23 BKC
Wa mugabo aca aravuga ati: “Iri ni igufa ryo mu magufa yanje, ni agace k’umubiri wanje! Azokwitwa ‘umugore’ kuko yakuwe mu mugabo.”