1
Itanguriro 45:5
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Ubu rero ntimubabare kandi ntimwiteko ishavu ko mwangurishije muri kino gihugu. Imana ni yo yandungitse imbere yanyu, kugira ngo ikize ubuzima bwanyu mu gihe nk’iki.
Compare
Explore Itanguriro 45:5
2
Itanguriro 45:8
Si mwebwe rero mwandungitse hano, ni Imana. Kandi ni yo yangize umuhanuzi mukuru wa Farawo. Yampaye kuganza ikirimba ciwe, angira n’umukuru w’igihugu cose ca Egiputa.
Explore Itanguriro 45:8
3
Itanguriro 45:7
Imana yandungitse hano imbere yanyu kugira ngo mwebwe n’imiryango yanyu ntimuhone kandi kugira ngo harokoke abantu benshi.
Explore Itanguriro 45:7
4
Itanguriro 45:4
Yosefu arababwira ati: “Nimunyegere!” Nuko baramwegera. Arabandanya ati: “Ndi Yosefu, umuvukanyi wanyu. Ni jewe mwagurishije nk’umugurano muri Egiputa.
Explore Itanguriro 45:4
5
Itanguriro 45:6
Iyi nzara imaze imyaka ibiri, ariko haracasigaye iyindi itanu, ata kurima kandi ata kwimbura.
Explore Itanguriro 45:6
6
Itanguriro 45:3
Yosefu abwira bene se ati: “Ni jewe Yosefu! Data yoba akiri muzima?” Bene se bumvise ayo majambo biranka ko bamwishura kubera ubwoba bwinshi.
Explore Itanguriro 45:3