1
Itanguriro 40:8
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Baramwishura bati: “Twese twarose iri joro, ariko nta n’umwe ashobora kutubwira ico izo ndoto zisigura.” Yosefu arababwira ati: “Imana ni yo itanga ubwenge bwo gusigura indoto. Nimumbwire ivyo mwarose.”
Compara
Explorar Itanguriro 40:8
2
Itanguriro 40:23
Ariko wa mukuru ajejwe ivyo kunywa vy’umwami ntiyasubira kwibuka Yosefu; aramwibagira rwose.
Explorar Itanguriro 40:23