Logotip de YouVersion
La BíbliaPlansVídeos
Aconsegueix l'aplicació
Selector d'idiomes
Icona de cerca

Versets bíblics populars de Itanguriro 41

1

Itanguriro 41:16

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Yosefu yishura Farawo ati: “Nyakwubahwa, si jewe ndavyishoboza; ariko Imana irashobora kuguha insiguro ibereye y’iyo ndoto warose.”

Compara

Explorar Itanguriro 41:16

2

Itanguriro 41:38

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Farawo arababaza ati: “Twoshobora kuronka uwundi muntu ameze nk’uwu mugabo, umuntu arimwo impwemu y’Imana?”

Compara

Explorar Itanguriro 41:38

3

Itanguriro 41:39-40

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Umwami abwira Yosefu ati: “Nimba Imana yaguhishuriye insiguro y’izi ndoto, biraboneka neza ko ata wundi muntu munganya ubwenge. Ni wewe ngiye kuzeza ikirimba canje, kandi abantu banje bose bazokwumvira ivyo ubategetse. Ni jewe jenyene nzoba ndi hejuru yawe, kuko ndi umwami.”

Compara

Explorar Itanguriro 41:39-40

4

Itanguriro 41:52

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Yosefu yita umuhungu wiwe wa kabiri Efurayimu, kuko yavuga ati: “Imana yampaye kurondoka mu gihugu nagiriyemwo amakuba.”

Compara

Explorar Itanguriro 41:52

5

Itanguriro 41:51

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Umwana w’imfura Yosefu amwita Manase, kuko yavuga ati: “Imana yanyibagije amakuba yanje yose n’umuryango wa data wose.”

Compara

Explorar Itanguriro 41:51

Capítol anterior
Capítol següent
YouVersion

Animant-te i desafiant-te a buscar la intimitat amb Déu cada dia.

Ministeri

Sobre

Carreres

Fes-te voluntari

Blog

Premsa

Enllaços útils

Ajuda

Fer un donatiu

Versions de la Bíblia

Bíblia en àudio

Idiomes de la Bíblia

Verset del dia


Un Ministeri Digital de

Life.Church
Català

©2026 Life.Church / YouVersion

Política de privacitatCondicions d'ús
Programa de divulgació de vulnerabilitats
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest