1
Yohana 10:10
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Igisuma ntikizanwa n’ikindi, atar’ ukwiba, n’ukwica, n’ugutikiza; nanje jeho nazanywe no kugira ngo zironke ubugingo, kandi ngo ziburonke busāgutse.
مقایسه
Yohana 10:10 را جستجو کنید
2
Yohana 10:11
Ni jewe mwungere mwiza; umwungere mwiza yigura intama ziwe.
Yohana 10:11 را جستجو کنید
3
Yohana 10:27
Abābaye intama zanje bumva ijwi ryanje, nanje ndabazi, na bo barankurikira
Yohana 10:27 را جستجو کنید
4
Yohana 10:28
kandi nanje mbaha ubugingo budashira, nta ho bazokwigera bapfa rubi gushitsa ibihe bidashira, kandi nta wushobora kubanshikura mu kuboko kwanje.
Yohana 10:28 را جستجو کنید
5
Yohana 10:9
Ni jewe rembo, kand’ ūshika mu rugo wese aciye muri jewe arakizwa; agataha, agaturuka, akaronka icanya.
Yohana 10:9 را جستجو کنید
6
Yohana 10:14
Ni jewe mwungere mwiza, ndazi izanje, n’izanje ziranzi
Yohana 10:14 را جستجو کنید
7
Yohana 10:29-30
Data yabampaye ni we aruta bose; nta wushobora kubashikura mu kuboko kwa Data. Jewe na Data tur’ umwe.
Yohana 10:29-30 را جستجو کنید
8
Yohana 10:15
nk’uko Data anzi, nanje nkamumenya; kandi ndigura intama zanje.
Yohana 10:15 را جستجو کنید
9
Yohana 10:18
Nta n’umwe abunyaka, kuko mburekura kubganje: mfise ububasha bgo kuburekura, mfise n’ububasha bgo gusubira kubgābīra. Ico ni co cagezwe nahawe na Data.
Yohana 10:18 را جستجو کنید
10
Yohana 10:7
Nuko Yesu yongera kubabgira, ati N’ukuri, n’ukuri ndababgire: Ni jewe rembo ry’intama.
Yohana 10:7 را جستجو کنید
11
Yohana 10:12
Arik’ umucangero, atar’ umwungere bgite, kand’ intama atar’ iziwe, iy’ abonye ibingira rije, ata intama, agahunga: ibingira rikazisahura, rikazishwiragiza.
Yohana 10:12 را جستجو کنید
12
Yohana 10:1
N’ukuri, n’ukuri ndababgire: Ūdaca mw irembo ry’urugo rw’intama, arikw akūririra ahandi, uwo aba ar’ igisuma n’umwambuzi.
Yohana 10:1 را جستجو کنید
خانه
كتاب مقدس
برنامههای مطالعه
ویدیوها