1
Luka 5:4
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Ahejeje kuvuga, abarira Simoni, at’ Igira mw idamba, muterere insenga zanyu murobe.
مقایسه
Luka 5:4 را جستجو کنید
2
Luka 5:5-6
Simoni aramwishura, at’ Erega Mwigisha, twakesheje ijoro ryose twātamye, nta co twafashe: ariko kubg’ ijambo ryawe ndaterera insenga. Babigize, baroba ifi nyinshi cane, insenga zabo zigomba gucika.
Luka 5:5-6 را جستجو کنید
3
Luka 5:16
Ariko we yigunga mu bugaragwa, asenga.
Luka 5:16 را جستجو کنید
4
Luka 5:32
Sinaje guhamagara abagororotsi, ariko naje guhamagara abanyavyaha ngo bihane.
Luka 5:32 را جستجو کنید
5
Luka 5:8
Ariko Simoni Petero abibonye yikubita imbere y’amavi ya Yesu, ati Va aho ndi, Mugenzi, kuko nd’ umunyavyaha.
Luka 5:8 را جستجو کنید
6
Luka 5:31
Yesu arabishura, at’ Abakomeye nta co bagombera umuvūzi, atar’ abarwaye.
Luka 5:31 را جستجو کنید
7
Luka 5:11
Bahejeje gushikana amato yabo ku nkombe, basiga vyose, baramukurikira.
Luka 5:11 را جستجو کنید
8
Luka 5:12-13
Ikindi gihe ari mu gisagara kimwe muri vyo, haza umuntu ajejeta imibembe: abonye Yesu yikubita hasi yubamye, aramwinginga, ati Mugenzi, ukunze, woshobora kumpumanura. Aramvura ukuboko, amukorako, ati Ndakunze, humanuka. Imibembe ica imuvako.
Luka 5:12-13 را جستجو کنید
9
Luka 5:15
Arikw inkuru yiwe irushiriza gukwira, ishengero ryinshi rikoranira kumwumva no gukizwa indwara zabo.
Luka 5:15 را جستجو کنید