1
Matayo 11:28
Bibiliya mu Kirundi coroshe
Nimuze kuri jewe mwese abarushe n’abaremerewe n’imitwaro, ndabaruhura.
Харьцуулах
Matayo 11:28 г судлах
2
Matayo 11:29
Mwakire umutwaro wanje hanyuma munyigireko kuko ndi umugwaneza kandi nicishije bugufi mu mutima, namwe muzoronka uburuhukiro bw’imitima yanyu.
Matayo 11:29 г судлах
3
Matayo 11:30
Kuko umutwaro wanje urahwahutse kandi ivyo ndabikoreza ntibiremereye.”
Matayo 11:30 г судлах
4
Matayo 11:27
Data yaranyizigiye anzeza vyose. Nta n’umwe azi Umwana atari Data, kandi nta n’umwe azi Data atari Umwana, n’uwo Umwana ahisemwo kumuhishurira.
Matayo 11:27 г судлах
5
Matayo 11:4-5
Yesu arabishura ati: “Subira inyuma, mugende mubwire Yohana ivyo mwumvise n’ivyo mubonye: impumyi zirahumuka, ibimuga biragenda, abanyamibembe barahumanuka, ibipfamatwi birumva, abapfuye barazuka, kandi aboro barabwirwa ubutumwa bwiza.
Matayo 11:4-5 г судлах
6
Matayo 11:15
Uwufise amatwi yo kwumva niyumve.
Matayo 11:15 г судлах
Нүүр хуудас
Библи
Тѳлѳвлѳгѳѳ
Видео