YouVersion Logo
تلاش

Matayo 2:12-13

Matayo 2:12-13 BKC

Hanyuma, Imana imaze kubamenyesha mu nzozi ngo ntibasubire kwa Herode, baca bisubirira iwabo bajanye iyindi nzira. Bamaze kugenda, umumarayika w’Umwami Imana araza avugana na Yosefu mu nzozi amubwira ati: “Fata umwana na nyina ubahungishirize muri Egiputa; uzogumeyo kugeza aho nzokubwirira kugaruka, kuko Herode ariko arondera umwana ngo amwice.”

پڑھیں Matayo 2

اس Matayo 2:12-13 کے مطابق مفت مطالعاتی منصوبے اور عقیدت بھرے پیغام