1
Luka 18:1
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Abacira umugani wo kubigisha ko bakwiye guhora basenga, ntibarambirwe
So sánh
Khám phá Luka 18:1
2
Luka 18:7-8
None mbeg’ Imana ntizocira abo yatoranije urubanza rubakiza, bayiborogera ku murango no mw ijoro, nah’ ibatevya? Ndababgira yukw izorubacira vuba. Arik’ Umwana w’umuntu ni yaza, mbeg’ azosanga ukwizera mw isi?
Khám phá Luka 18:7-8
3
Luka 18:27
Maz’ arababgira, at’ Ibidashobokera abantu bishobokera Imana.
Khám phá Luka 18:27
4
Luka 18:4-5
Amara imisi atemera, ariko hanyuma aribgira, ati Naho ntatinya Imana, kandi singire isoni z’abantu, ariko kuk’ uwo mupfakazi angoye, ndamucira urubanza rumukiza, ngo ntiyame aza imisi yose, akanzigiriza.
Khám phá Luka 18:4-5
5
Luka 18:17
Ndababgire ukuri: Ūtazokwākīra ubgami bg’Imana nk’umwana muto ntazobginjiramwo na gatoya.
Khám phá Luka 18:17
6
Luka 18:16
Maze Yesu arabahamagara, ati Ni mureke abana bato baze aho ndi, ntimubabuze: kuk’ ubgami bg’Imana ar’ubg’ abameze bartyo.
Khám phá Luka 18:16
7
Luka 18:42
Yesu arayibgira, ati Humūka, ukwizera kwawe kuragukijije.
Khám phá Luka 18:42
8
Luka 18:19
Yesu aramubaza, at’ Unyitira iki mwiza? Nta mwiza atar’ umwe, ni we Mana.
Khám phá Luka 18:19
Trang chủ
Kinh Thánh
Kế hoạch
Video