1
Luka 12:40
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Namwe mwame mwiteguye, kuk’ Umwana w’umuntu azoza mu gihe mutiyumviriye.
مقایسه
Luka 12:40 را جستجو کنید
2
Luka 12:31
Ariko mwitwaririke ubgami bgiwe, ni ho ivyo muzovyongerwa.
Luka 12:31 را جستجو کنید
3
Luka 12:15
Kand’ arababarira, ati Murumva, mwirinde ukwifuza kwose, kuk’ ubugingo bg’umuntu butava mu bihinda vy’ibintu atunze.
Luka 12:15 را جستجو کنید
4
Luka 12:34
kukw ah’ ubutunzi bganyu buri ari ho imitima yanyu izoba.
Luka 12:34 را جستجو کنید
5
Luka 12:25
Ni nde muri mwebge yoshobozwa n’amaganya kwisumvya uko yareha nk’ukuboko kumwe?
Luka 12:25 را جستجو کنید
6
Luka 12:22
Abgira abigishwa biwe, ati Ni co gitumye ndababarira, nti Ntimukaganyire amagara yanyu ku vyo muzorya, cank’ umubiri wanyu ku vyo muzokwambara.
Luka 12:22 را جستجو کنید
7
Luka 12:7
Ariko n’umushatsi wo ku mitwe yanyu wose waraharūwe. Ntimutinye; muruta utunyoni twinshi.
Luka 12:7 را جستجو کنید
8
Luka 12:32
Yemwe mwa busho buto, ntimutinye: kuko So bimuhimbara kubaha ubgami.
Luka 12:32 را جستجو کنید
9
Luka 12:24
Ni mwitegereze ibikōna, ingene bitabiba, ntibishwabure, ntibigire ububīko cank’ ikigega, kand’ Imana irabitunga: erega mwebge muruta ibisīga cane.
Luka 12:24 را جستجو کنید
10
Luka 12:29
Kandi ntimukītwaririke ivyo murya n’ivyo munywa, ntimukiganyire.
Luka 12:29 را جستجو کنید
11
Luka 12:28
Non’ Imana ko yambika ivyatsi vyo ku misozi irtyo, birih’ uyu musi, ariko nk’ejo bigatererwa mu ziko, mbega ntizorushiriza kubambika, mwebge ab’ ukwizera guke mwe?
Luka 12:28 را جستجو کنید
12
Luka 12:2
Nta catwikiriwe kitazotwikururwa, canke kinyegejwe kitazomenyekana.
Luka 12:2 را جستجو کنید
خانه
كتاب مقدس
برنامههای مطالعه
ویدیوها