Logo YouVersion
BibPlan yoVideyo
Pran aplikasyon an
Seleksyone Lang
Chache Icon

Vèsè popilè nan Bib la ki soti nan Itanguriro 12

1

Itanguriro 12:2-3

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

Nanje nzoguhindura ubgoko bukomeye, nzoguha umugisha, izina ryawe ndarigire rurangiranwa; n’abandi baze bagire umugisha kubgawe. Abazoguhezagira nzobahezagira, kand’ ūzokuvuma nzomuvuma: kandi muri wewe ni ho imiryango yose yo mw isi izohērwa umugisha.

Konpare

Eksplore Itanguriro 12:2-3

2

Itanguriro 12:1

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

Uhoraho abarira Aburamu, ati Va mu gihugu canyu, no mu muryango wanyu, no mu nzu ya so, uje mu gihugu nzokwereka.

Konpare

Eksplore Itanguriro 12:1

3

Itanguriro 12:4

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

Nuko Aburamu aragenda, nk’ uk’ Uhoraho amubariye; Loti ajana na we. Aburamu yar’ amaze imyaka mirongwirindwi n’itanu igihe yava i Harani.

Konpare

Eksplore Itanguriro 12:4

4

Itanguriro 12:7

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

Uhoraho yiyereka Aburamu, aramubarira, at’ Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu. Aca ahubaka igicaniro, yubakiye Uhoraho amwiyeretse.

Konpare

Eksplore Itanguriro 12:7

Chapit Avan yo
Chapit suivan
YouVersion

Ankouraje ak defi pou w chèche entimite ak Bondye chak jou.

Ministè

Apwopo

Karyè yo

Volontè

Blòg

Peze

Lyen itil yo

Ed

Fè yon don

Vèsyon Bib yo

Odyo Bib yo

Diferan Lang yo nan Bib la

Vèsè Jodi a


Yon Ministè Digital nan

Life.Church
English (US)

©2025 Life.Church / YouVersion

Politik PriveTèm yo
Pwogram Divilgasyon Vilnerabilite
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest

Akèy

Bib

Plan yo

Videyo