1
Itanguriro 4:7
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Niwakora ibitunganye, uzoshimwa. Ariko niwakora ibidatunganye, icaha kibunze ku muryango kandi gishaka kukuganza, ariko ukwiye kukinesha.”
Linganisha
Chunguza Itanguriro 4:7
2
Itanguriro 4:26
Seti na we avyara umuhungu, amwita Enoshi. Muri ico gihe abantu ni ho batangura kwambaza izina ry’UHORAHO.
Chunguza Itanguriro 4:26
3
Itanguriro 4:9
Hanyuma UHORAHO abaza Kayini ati: “Murumunawe Abeli ari hehe?” Na we arishura ati: “Sindabizi. None ni jewe njejwe kuragira murumunanje?”
Chunguza Itanguriro 4:9
4
Itanguriro 4:10
UHORAHO aravuga ati: “Ivyo wakoze ni ibiki? Amaraso ya murumunawe ariko arasemerera ampamagara avugira mw’ivu!
Chunguza Itanguriro 4:10
5
Itanguriro 4:15
UHORAHO aramwishura ati: “Oya, si ko bizogenda. Umuntu azokwica Kayini azobihanirwa incuro indwi.” Nuko UHORAHO ashira kuri Kayini ikimenyetso co kugabisha kugira ngo uwuzomubona ntazomwice.
Chunguza Itanguriro 4:15
Nyumbani
Biblia
Mipango
Video